﴿۞ جَعَلَ ٱللَّهُ ٱلۡكَعۡبَةَ ٱلۡبَيۡتَ ٱلۡحَرَامَ قِيَٰمٗا لِّلنَّاسِ وَٱلشَّهۡرَ ٱلۡحَرَامَ وَٱلۡهَدۡيَ وَٱلۡقَلَٰٓئِدَۚ ذَٰلِكَ لِتَعۡلَمُوٓاْ أَنَّ ٱللَّهَ يَعۡلَمُ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَأَنَّ ٱللَّهَ بِكُلِّ شَيۡءٍ عَلِيمٌ ﴾
[المَائدة: 97]
Imana niyo yagize iyo ntumbero ya Al’kaabat ngo ibe ariyo ngoro y’Imana ntagatifu n’ukuba ari integuro ry’ubuzima bw’abantu, n’ukugira y’amezi ane matagatifu ngo abe ariyo nteguro y’ubuzima bw’abantu, nugutwara ibikoko IMakkat n’ugushiraho ibimenyetso vyemeza yuko ari amahudjaji, ivyo vyose n’ukumenyesha yuko ari integuro y’ubuzima bw’abantu, ikaba yabigize gutyo kugira ngo mumenye yuko Imana ifise ubumenyi bw’ibiri mu majuru hamwe n’ibiri kw’Isi, kandi Imana ariyo nyene ubumenyi bw’ibintu vyose
ترجمة: جعل الله الكعبة البيت الحرام قياما للناس والشهر الحرام والهدي والقلائد ذلك, باللغة الكيروندية
﴿جعل الله الكعبة البيت الحرام قياما للناس والشهر الحرام والهدي والقلائد ذلك﴾ [المَائدة: 97]