×

Mu vy’ukuri twebwe twaraba shikirije intumwa zacu zifise ivyemezo biri k’umugaragaro, dutako 57:25 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hadid ⮕ (57:25) ayat 25 in Rundi

57:25 Surah Al-hadid ayat 25 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hadid ayat 25 - الحدِيد - Page - Juz 27

﴿لَقَدۡ أَرۡسَلۡنَا رُسُلَنَا بِٱلۡبَيِّنَٰتِ وَأَنزَلۡنَا مَعَهُمُ ٱلۡكِتَٰبَ وَٱلۡمِيزَانَ لِيَقُومَ ٱلنَّاسُ بِٱلۡقِسۡطِۖ وَأَنزَلۡنَا ٱلۡحَدِيدَ فِيهِ بَأۡسٞ شَدِيدٞ وَمَنَٰفِعُ لِلنَّاسِ وَلِيَعۡلَمَ ٱللَّهُ مَن يَنصُرُهُۥ وَرُسُلَهُۥ بِٱلۡغَيۡبِۚ إِنَّ ٱللَّهَ قَوِيٌّ عَزِيزٞ ﴾
[الحدِيد: 25]

Mu vy’ukuri twebwe twaraba shikirije intumwa zacu zifise ivyemezo biri k’umugaragaro, dutako tumanura ibitabu n’ubutungane tukaba twaramanuye icuma gifise inguvu nyinshi cane n’akamaro kubantu, rero kugira ngo Imana imenyeshe uwo ikingira hamwe n’intumwa zayo mugihe batayibona iyo Mana , mu vy’ukuri Imana niyo ifise ubushobozi n’intsinzi nyakuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: لقد أرسلنا رسلنا بالبينات وأنـزلنا معهم الكتاب والميزان ليقوم الناس بالقسط وأنـزلنا, باللغة الكيروندية

﴿لقد أرسلنا رسلنا بالبينات وأنـزلنا معهم الكتاب والميزان ليقوم الناس بالقسط وأنـزلنا﴾ [الحدِيد: 25]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek