×

Mugihe mwari k’uruhande rw’umwaba wari hafi yanyu, nabo bari k’urundi ruhande rw’umwaba 8:42 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Anfal ⮕ (8:42) ayat 42 in Rundi

8:42 Surah Al-Anfal ayat 42 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Anfal ayat 42 - الأنفَال - Page - Juz 10

﴿إِذۡ أَنتُم بِٱلۡعُدۡوَةِ ٱلدُّنۡيَا وَهُم بِٱلۡعُدۡوَةِ ٱلۡقُصۡوَىٰ وَٱلرَّكۡبُ أَسۡفَلَ مِنكُمۡۚ وَلَوۡ تَوَاعَدتُّمۡ لَٱخۡتَلَفۡتُمۡ فِي ٱلۡمِيعَٰدِ وَلَٰكِن لِّيَقۡضِيَ ٱللَّهُ أَمۡرٗا كَانَ مَفۡعُولٗا لِّيَهۡلِكَ مَنۡ هَلَكَ عَنۢ بَيِّنَةٖ وَيَحۡيَىٰ مَنۡ حَيَّ عَنۢ بَيِّنَةٖۗ وَإِنَّ ٱللَّهَ لَسَمِيعٌ عَلِيمٌ ﴾
[الأنفَال: 42]

Mugihe mwari k’uruhande rw’umwaba wari hafi yanyu, nabo bari k’urundi ruhande rw’umwaba uri kure n’abari murugendo wari munsi yanyu, rero iyo mwari guhana isango mwari gucanamwo mugabo kugira ngo Imana itange ijambo ryari kuba ngombwa ngo rishirwe mungiro nukubera yuko uwuhonywa ahonywa afise ivyemezo biri k’umugaragaro, n’uwukurikira idini rya Isilamu narikurikire afise ivyemezo biri k’umugaragaro, mu vy’ukuri Imana niyo yumva kandi niyo nyene ubumenyi buhagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إذ أنتم بالعدوة الدنيا وهم بالعدوة القصوى والركب أسفل منكم ولو تواعدتم, باللغة الكيروندية

﴿إذ أنتم بالعدوة الدنيا وهم بالعدوة القصوى والركب أسفل منكم ولو تواعدتم﴾ [الأنفَال: 42]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek