×

Basomere inkuru y’intumwa y’Imana Nuhu (iii) mugihe yabwira abantu biwe ati:- mwebwe 10:71 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yunus ⮕ (10:71) ayat 71 in Rundi

10:71 Surah Yunus ayat 71 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yunus ayat 71 - يُونس - Page - Juz 11

﴿۞ وَٱتۡلُ عَلَيۡهِمۡ نَبَأَ نُوحٍ إِذۡ قَالَ لِقَوۡمِهِۦ يَٰقَوۡمِ إِن كَانَ كَبُرَ عَلَيۡكُم مَّقَامِي وَتَذۡكِيرِي بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ فَعَلَى ٱللَّهِ تَوَكَّلۡتُ فَأَجۡمِعُوٓاْ أَمۡرَكُمۡ وَشُرَكَآءَكُمۡ ثُمَّ لَا يَكُنۡ أَمۡرُكُمۡ عَلَيۡكُمۡ غُمَّةٗ ثُمَّ ٱقۡضُوٓاْ إِلَيَّ وَلَا تُنظِرُونِ ﴾
[يُونس: 71]

Basomere inkuru y’intumwa y’Imana Nuhu (iii) mugihe yabwira abantu biwe ati:- mwebwe bantu banje niba ukuba kwanje namwe n’ukwibutsa kwanje kwaya majambo y’Imana matagatifu kubashavuza ntaco jewe nizeye Imana yanje gusa, namwe nimwegeranye ivyanyu vyose hamwe nabo mucuditse hamwe, nayo impanuro zanyu ntimuzinyegeze kuri mwebwe, hanyuma muze mubicishe kuri jewe kandi ntimumpe n’umwanya namutoyi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: واتل عليهم نبأ نوح إذ قال لقومه ياقوم إن كان كبر عليكم, باللغة الكيروندية

﴿واتل عليهم نبأ نوح إذ قال لقومه ياقوم إن كان كبر عليكم﴾ [يُونس: 71]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek