×

Haca hashika abari murugendo kuri rya riba, barungika umuvomyi w’amazi wabo, nawe 12:19 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yusuf ⮕ (12:19) ayat 19 in Rundi

12:19 Surah Yusuf ayat 19 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yusuf ayat 19 - يُوسُف - Page - Juz 12

﴿وَجَآءَتۡ سَيَّارَةٞ فَأَرۡسَلُواْ وَارِدَهُمۡ فَأَدۡلَىٰ دَلۡوَهُۥۖ قَالَ يَٰبُشۡرَىٰ هَٰذَا غُلَٰمٞۚ وَأَسَرُّوهُ بِضَٰعَةٗۚ وَٱللَّهُ عَلِيمُۢ بِمَا يَعۡمَلُونَ ﴾
[يُوسُف: 19]

Haca hashika abari murugendo kuri rya riba, barungika umuvomyi w’amazi wabo, nawe aca yibiza indobo yiwe muri ryariba ry’amazi adugije yandobo aza abona umwana aca avuga ati:- ehe! n’akanyamuneza keza k’uyu musore w’umuhungu nabo baca baramunyegeza bavuga yuko baronse mubidandazwa baguze, n’Imana ikaba yari ifise ubumenyi bw’ivyo bahora bagira vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وجاءت سيارة فأرسلوا واردهم فأدلى دلوه قال يابشرى هذا غلام وأسروه بضاعة, باللغة الكيروندية

﴿وجاءت سيارة فأرسلوا واردهم فأدلى دلوه قال يابشرى هذا غلام وأسروه بضاعة﴾ [يُوسُف: 19]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek