×

Nawe Yussuf (iii) yavuze ati:- ntabifungurwa bizobashikira muzohabwa atari uko nzobamenyesha insiguro 12:37 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yusuf ⮕ (12:37) ayat 37 in Rundi

12:37 Surah Yusuf ayat 37 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yusuf ayat 37 - يُوسُف - Page - Juz 12

﴿قَالَ لَا يَأۡتِيكُمَا طَعَامٞ تُرۡزَقَانِهِۦٓ إِلَّا نَبَّأۡتُكُمَا بِتَأۡوِيلِهِۦ قَبۡلَ أَن يَأۡتِيَكُمَاۚ ذَٰلِكُمَا مِمَّا عَلَّمَنِي رَبِّيٓۚ إِنِّي تَرَكۡتُ مِلَّةَ قَوۡمٖ لَّا يُؤۡمِنُونَ بِٱللَّهِ وَهُم بِٱلۡأٓخِرَةِ هُمۡ كَٰفِرُونَ ﴾
[يُوسُف: 37]

Nawe Yussuf (iii) yavuze ati:- ntabifungurwa bizobashikira muzohabwa atari uko nzobamenyesha insiguro yavyo imbere yuko bibashikira, kuko ibi vyose nimuvyo Umuremyi wanje yanyigishije, mu vy’ukuri jewe sinkurikira imico y’abantu batemera Imana y’ukuri kandi batemera umusi w’umuhero w’Isi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قال لا يأتيكما طعام ترزقانه إلا نبأتكما بتأويله قبل أن يأتيكما ذلكما, باللغة الكيروندية

﴿قال لا يأتيكما طعام ترزقانه إلا نبأتكما بتأويله قبل أن يأتيكما ذلكما﴾ [يُوسُف: 37]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek