×

Bazovuga bati:- hari abantu batatu n’uwakane muribo yari imbwa yabo, n’abandi bavuga 18:22 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Kahf ⮕ (18:22) ayat 22 in Rundi

18:22 Surah Al-Kahf ayat 22 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Kahf ayat 22 - الكَهف - Page - Juz 15

﴿سَيَقُولُونَ ثَلَٰثَةٞ رَّابِعُهُمۡ كَلۡبُهُمۡ وَيَقُولُونَ خَمۡسَةٞ سَادِسُهُمۡ كَلۡبُهُمۡ رَجۡمَۢا بِٱلۡغَيۡبِۖ وَيَقُولُونَ سَبۡعَةٞ وَثَامِنُهُمۡ كَلۡبُهُمۡۚ قُل رَّبِّيٓ أَعۡلَمُ بِعِدَّتِهِم مَّا يَعۡلَمُهُمۡ إِلَّا قَلِيلٞۗ فَلَا تُمَارِ فِيهِمۡ إِلَّا مِرَآءٗ ظَٰهِرٗا وَلَا تَسۡتَفۡتِ فِيهِم مِّنۡهُمۡ أَحَدٗا ﴾
[الكَهف: 22]

Bazovuga bati:- hari abantu batatu n’uwakane muribo yari imbwa yabo, n’abandi bavuga bati:- bari abantu batanu, n’uwagatandatu muribo yari imbwa yabo, bavuga ivyo batazi, n'abandi bavuze bati:- bari abantu indwi, nuw’umunani muribo yari imbwa yabo, n’uvuge uti:- Umuremyi wanje niwe afise ubumenyi bw’igitigiri cabo bantu neza na neza, ntawufise ubumenyi atari bakeya gusa, rero ntuharire nabo bantu atari kubihari bibayabaye, kandi ntubaze inkuru zabo kuwariwe wese

❮ Previous Next ❯

ترجمة: سيقولون ثلاثة رابعهم كلبهم ويقولون خمسة سادسهم كلبهم رجما بالغيب ويقولون سبعة, باللغة الكيروندية

﴿سيقولون ثلاثة رابعهم كلبهم ويقولون خمسة سادسهم كلبهم رجما بالغيب ويقولون سبعة﴾ [الكَهف: 22]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek