×

Benshi mu bantu bahawe igitabu c’Imana, bakunda yuko iyo mwebwe mwosubijwe kuba 2:109 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:109) ayat 109 in Rundi

2:109 Surah Al-Baqarah ayat 109 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 109 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَدَّ كَثِيرٞ مِّنۡ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِ لَوۡ يَرُدُّونَكُم مِّنۢ بَعۡدِ إِيمَٰنِكُمۡ كُفَّارًا حَسَدٗا مِّنۡ عِندِ أَنفُسِهِم مِّنۢ بَعۡدِ مَا تَبَيَّنَ لَهُمُ ٱلۡحَقُّۖ فَٱعۡفُواْ وَٱصۡفَحُواْ حَتَّىٰ يَأۡتِيَ ٱللَّهُ بِأَمۡرِهِۦٓۗ إِنَّ ٱللَّهَ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ قَدِيرٞ ﴾
[البَقَرَة: 109]

Benshi mu bantu bahawe igitabu c’Imana, bakunda yuko iyo mwebwe mwosubijwe kuba muri mu bantu b’abahakanyi b’Imana y’ukuri, no mugihe mwamaze kwemera bimwe bivuye k’umutima kubera inzigo iri mumitima yabo, kandi munyuma yaho bamaze kubonekerwa n’ukuri, rero mwebwe nimu giriranire ikigongwe, kandi ntimuvyiteho kugeza aho Imana izozanira itegeko ryayo, kandi mu vy’ukuri Imana niyo nyene ubushobozi buri hejuru y’ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ود كثير من أهل الكتاب لو يردونكم من بعد إيمانكم كفارا حسدا, باللغة الكيروندية

﴿ود كثير من أهل الكتاب لو يردونكم من بعد إيمانكم كفارا حسدا﴾ [البَقَرَة: 109]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek