×

N’igihe twagira ingoro y’Imana ntagatifu ngo habe ari ahantu hagenderwa n’abantu bose 2:125 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:125) ayat 125 in Rundi

2:125 Surah Al-Baqarah ayat 125 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 125 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَإِذۡ جَعَلۡنَا ٱلۡبَيۡتَ مَثَابَةٗ لِّلنَّاسِ وَأَمۡنٗا وَٱتَّخِذُواْ مِن مَّقَامِ إِبۡرَٰهِـۧمَ مُصَلّٗىۖ وَعَهِدۡنَآ إِلَىٰٓ إِبۡرَٰهِـۧمَ وَإِسۡمَٰعِيلَ أَن طَهِّرَا بَيۡتِيَ لِلطَّآئِفِينَ وَٱلۡعَٰكِفِينَ وَٱلرُّكَّعِ ٱلسُّجُودِ ﴾
[البَقَرَة: 125]

N’igihe twagira ingoro y’Imana ntagatifu ngo habe ari ahantu hagenderwa n’abantu bose kandi habe ari ahantu h’amahoro naho yahora ahagarira intumwa y’Imana Ibrahimu (iii), muce muhagira ngo habe ari ahantu hugusengera, rero twarahanuye intumwa y’Imana Ibrahiimu (iii) hamwe na Ismaili (iii) n’ukuba bwira duti:- ni musukure iyo nzu yanje kubera abantu bakikuza iyo ngoro hamwe n’abayivyagira mwo hamwe n’abunama n’ugupfukamira ngaho nyene

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذ جعلنا البيت مثابة للناس وأمنا واتخذوا من مقام إبراهيم مصلى وعهدنا, باللغة الكيروندية

﴿وإذ جعلنا البيت مثابة للناس وأمنا واتخذوا من مقام إبراهيم مصلى وعهدنا﴾ [البَقَرَة: 125]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek