×

Uko niko twabagiriye abandi bantu b’intore kugira ngo mube ivyabona hejuru y’abantu 2:143 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:143) ayat 143 in Rundi

2:143 Surah Al-Baqarah ayat 143 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 143 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿وَكَذَٰلِكَ جَعَلۡنَٰكُمۡ أُمَّةٗ وَسَطٗا لِّتَكُونُواْ شُهَدَآءَ عَلَى ٱلنَّاسِ وَيَكُونَ ٱلرَّسُولُ عَلَيۡكُمۡ شَهِيدٗاۗ وَمَا جَعَلۡنَا ٱلۡقِبۡلَةَ ٱلَّتِي كُنتَ عَلَيۡهَآ إِلَّا لِنَعۡلَمَ مَن يَتَّبِعُ ٱلرَّسُولَ مِمَّن يَنقَلِبُ عَلَىٰ عَقِبَيۡهِۚ وَإِن كَانَتۡ لَكَبِيرَةً إِلَّا عَلَى ٱلَّذِينَ هَدَى ٱللَّهُۗ وَمَا كَانَ ٱللَّهُ لِيُضِيعَ إِيمَٰنَكُمۡۚ إِنَّ ٱللَّهَ بِٱلنَّاسِ لَرَءُوفٞ رَّحِيمٞ ﴾
[البَقَرَة: 143]

Uko niko twabagiriye abandi bantu b’intore kugira ngo mube ivyabona hejuru y’abantu n’intumwa y’Imana ibabere icabona kuri mwebwe, natwe ntitwagize iyi ntumbero wahora utumberako nu kugira ngo tumenyeshe uwukurikira intumwa y’Imana hamwe n’uwuhindukira inyuma, mu vy’ukuri ryari ijambo rihambaye atari kuri barya bantu Imana yarongoye, n’Imana ntiyari gutakaza ukwemera kwanyu, kuko Imana ku bantu bayo n’intungane cane kandi niyo ifise impuhwe zihagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وكذلك جعلناكم أمة وسطا لتكونوا شهداء على الناس ويكون الرسول عليكم شهيدا, باللغة الكيروندية

﴿وكذلك جعلناكم أمة وسطا لتكونوا شهداء على الناس ويكون الرسول عليكم شهيدا﴾ [البَقَرَة: 143]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek