×

Imana, ntayindi Mana atariyo yonyene gusa, niyo ifise ubuzima bw’uguhagarikira ibintu vyose, 2:255 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:255) ayat 255 in Rundi

2:255 Surah Al-Baqarah ayat 255 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 255 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿ٱللَّهُ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ ٱلۡحَيُّ ٱلۡقَيُّومُۚ لَا تَأۡخُذُهُۥ سِنَةٞ وَلَا نَوۡمٞۚ لَّهُۥ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِۗ مَن ذَا ٱلَّذِي يَشۡفَعُ عِندَهُۥٓ إِلَّا بِإِذۡنِهِۦۚ يَعۡلَمُ مَا بَيۡنَ أَيۡدِيهِمۡ وَمَا خَلۡفَهُمۡۖ وَلَا يُحِيطُونَ بِشَيۡءٖ مِّنۡ عِلۡمِهِۦٓ إِلَّا بِمَا شَآءَۚ وَسِعَ كُرۡسِيُّهُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَۖ وَلَا يَـُٔودُهُۥ حِفۡظُهُمَاۚ وَهُوَ ٱلۡعَلِيُّ ٱلۡعَظِيمُ ﴾
[البَقَرَة: 255]

Imana, ntayindi Mana atariyo yonyene gusa, niyo ifise ubuzima bw’uguhagarikira ibintu vyose, uguhunywikira ntikumukorako canke ukuryama, n’ivyiwe ibiri mumajuru yose hamwe n’ibiri kw’Isi vyose ni rwiwe, none ni nde ashoboye gusabira imbere yiwe ata tegeko ryiwe, niyo afise ubumenyi bw’ibiri imbere yabo n’ibiri inyuma yabo, kandi ntanakimwe bazi m’ubumenyi bwayo atari kuco yishakiye yonyene, n’inyegamo yayo ikwiye mumajuru yose no kw’Isi, kandi n’ukubikingira ivyo vyose ntikuyinaniye nayo niyo iri hejuru kandi niyo nkuru

❮ Previous Next ❯

ترجمة: الله لا إله إلا هو الحي القيوم لا تأخذه سنة ولا نوم, باللغة الكيروندية

﴿الله لا إله إلا هو الحي القيوم لا تأخذه سنة ولا نوم﴾ [البَقَرَة: 255]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek