×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimwonone imperezwa zanyu kubera ingorane zanyu hamwe 2:264 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:264) ayat 264 in Rundi

2:264 Surah Al-Baqarah ayat 264 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 264 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تُبۡطِلُواْ صَدَقَٰتِكُم بِٱلۡمَنِّ وَٱلۡأَذَىٰ كَٱلَّذِي يُنفِقُ مَالَهُۥ رِئَآءَ ٱلنَّاسِ وَلَا يُؤۡمِنُ بِٱللَّهِ وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِۖ فَمَثَلُهُۥ كَمَثَلِ صَفۡوَانٍ عَلَيۡهِ تُرَابٞ فَأَصَابَهُۥ وَابِلٞ فَتَرَكَهُۥ صَلۡدٗاۖ لَّا يَقۡدِرُونَ عَلَىٰ شَيۡءٖ مِّمَّا كَسَبُواْۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلۡكَٰفِرِينَ ﴾
[البَقَرَة: 264]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimwonone imperezwa zanyu kubera ingorane zanyu hamwe n’amananiza nk’umwe atanga amatungo yiwe mukwereka abantu nawe akaba atemera Imana yiwe y’ukuri canke umusi w’imperuka rero uko ameze uyo muntu nink’umusozi hejuru yawo hariho ivu, hanyuma ugashikirwa n’imvura nyinshi cane ikawusiga ugaragara, rero ntabushobozi bafise ubwaribwo bwose muvyo bimbuye vyose, n’Imana ntirongora abahakanyi b’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا لا تبطلوا صدقاتكم بالمن والأذى كالذي ينفق ماله رئاء, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا لا تبطلوا صدقاتكم بالمن والأذى كالذي ينفق ماله رئاء﴾ [البَقَرَة: 264]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek