×

Nimwatanga imperezwa zanyu k’umugaragaro nivyo vyiza, kandi nimwatanga mumwiherero n’ukubaha abatishoboye, ivyo navyo nivyo vyiza gusumba kuri mwebwe, 2:271 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:271) ayat 271 in Rundi

2:271 Surah Al-Baqarah ayat 271 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 271 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿إِن تُبۡدُواْ ٱلصَّدَقَٰتِ فَنِعِمَّا هِيَۖ وَإِن تُخۡفُوهَا وَتُؤۡتُوهَا ٱلۡفُقَرَآءَ فَهُوَ خَيۡرٞ لَّكُمۡۚ وَيُكَفِّرُ عَنكُم مِّن سَيِّـَٔاتِكُمۡۗ وَٱللَّهُ بِمَا تَعۡمَلُونَ خَبِيرٞ ﴾
[البَقَرَة: 271]

Nimwatanga imperezwa zanyu k’umugaragaro nivyo vyiza, kandi nimwatanga mumwiherero n’ukubaha abatishoboye, ivyo navyo nivyo vyiza gusumba kuri mwebwe, n’Imana izobakurira amabi yanyu, nayo niyo ifise inkuru z’ivyo mugira vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إن تبدوا الصدقات فنعما هي وإن تخفوها وتؤتوها الفقراء فهو خير لكم, باللغة الكيروندية

﴿إن تبدوا الصدقات فنعما هي وإن تخفوها وتؤتوها الفقراء فهو خير لكم﴾ [البَقَرَة: 271]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek