×

Imana yaciye ivuga iti:- ewe Adamu (iii):- babwire ayo mazina y’ivyo bintu, 2:33 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:33) ayat 33 in Rundi

2:33 Surah Al-Baqarah ayat 33 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 33 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿قَالَ يَٰٓـَٔادَمُ أَنۢبِئۡهُم بِأَسۡمَآئِهِمۡۖ فَلَمَّآ أَنۢبَأَهُم بِأَسۡمَآئِهِمۡ قَالَ أَلَمۡ أَقُل لَّكُمۡ إِنِّيٓ أَعۡلَمُ غَيۡبَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ وَأَعۡلَمُ مَا تُبۡدُونَ وَمَا كُنتُمۡ تَكۡتُمُونَ ﴾
[البَقَرَة: 33]

Imana yaciye ivuga iti:- ewe Adamu (iii):- babwire ayo mazina y’ivyo bintu, mugihe yaheza kubabwira ayo mazina yavyo, yaciye ivuga iti:- sinababwiye yuko jewe mfise ubumenyi bw’amabanga y’Amajuru yose na y’Isi, kandi nkaba mfise ubumenyi bwivyo muserura vyose hamwe nivyo munyegeza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قال ياآدم أنبئهم بأسمائهم فلما أنبأهم بأسمائهم قال ألم أقل لكم إني, باللغة الكيروندية

﴿قال ياآدم أنبئهم بأسمائهم فلما أنبأهم بأسمائهم قال ألم أقل لكم إني﴾ [البَقَرَة: 33]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek