×

N’intumwa y’Imana Mussa (iii) mugihe yabwira abantu biwe avuga ati:- bantu banje! 2:54 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:54) ayat 54 in Rundi

2:54 Surah Al-Baqarah ayat 54 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 54 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَإِذۡ قَالَ مُوسَىٰ لِقَوۡمِهِۦ يَٰقَوۡمِ إِنَّكُمۡ ظَلَمۡتُمۡ أَنفُسَكُم بِٱتِّخَاذِكُمُ ٱلۡعِجۡلَ فَتُوبُوٓاْ إِلَىٰ بَارِئِكُمۡ فَٱقۡتُلُوٓاْ أَنفُسَكُمۡ ذَٰلِكُمۡ خَيۡرٞ لَّكُمۡ عِندَ بَارِئِكُمۡ فَتَابَ عَلَيۡكُمۡۚ إِنَّهُۥ هُوَ ٱلتَّوَّابُ ٱلرَّحِيمُ ﴾
[البَقَرَة: 54]

N’intumwa y’Imana Mussa (iii) mugihe yabwira abantu biwe avuga ati:- bantu banje! mu vy’ukuri mwebwe mwara hemukiye imitima yanyu mukugira intama kuba ariyo Mana yanyu, rero nimusabe ikigongwe cinshi ku Muremyi wanyu, kandi mwice iyo mitima yanyu, ivyo nivyo vyiza imbere y’Umuremyi wanyu, nayo ica yakira imbabazi zanyu, mu vy’ukuri niyo yakira izo mbabazi, kandi niyo nyene impuhwe zihagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذ قال موسى لقومه ياقوم إنكم ظلمتم أنفسكم باتخاذكم العجل فتوبوا إلى, باللغة الكيروندية

﴿وإذ قال موسى لقومه ياقوم إنكم ظلمتم أنفسكم باتخاذكم العجل فتوبوا إلى﴾ [البَقَرَة: 54]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek