×

N’igihe twavuga duti:- nimwinjire muri iki gisagara hanyuma mufungure mwidegemvya aho mushaka 2:58 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:58) ayat 58 in Rundi

2:58 Surah Al-Baqarah ayat 58 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 58 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَإِذۡ قُلۡنَا ٱدۡخُلُواْ هَٰذِهِ ٱلۡقَرۡيَةَ فَكُلُواْ مِنۡهَا حَيۡثُ شِئۡتُمۡ رَغَدٗا وَٱدۡخُلُواْ ٱلۡبَابَ سُجَّدٗا وَقُولُواْ حِطَّةٞ نَّغۡفِرۡ لَكُمۡ خَطَٰيَٰكُمۡۚ وَسَنَزِيدُ ٱلۡمُحۡسِنِينَ ﴾
[البَقَرَة: 58]

N’igihe twavuga duti:- nimwinjire muri iki gisagara hanyuma mufungure mwidegemvya aho mushaka hose, kandi mwinjire murugi rwayo n’ubugamburutsi ntangere, kandi muvuge muti:- tugirire ikigongwe kubera ibicumuro vyacu, natwe tuzoba girira ikigongwe c’amakosa yanyu, kandi tuzobongereza ineza kuri bamwe bagira ineza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذ قلنا ادخلوا هذه القرية فكلوا منها حيث شئتم رغدا وادخلوا الباب, باللغة الكيروندية

﴿وإذ قلنا ادخلوا هذه القرية فكلوا منها حيث شئتم رغدا وادخلوا الباب﴾ [البَقَرَة: 58]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek