×

Rero ibihano bikaze cane bizoshikira abantu bandika igitabu kumaboko yabo, hanyuma bagaca 2:79 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:79) ayat 79 in Rundi

2:79 Surah Al-Baqarah ayat 79 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 79 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿فَوَيۡلٞ لِّلَّذِينَ يَكۡتُبُونَ ٱلۡكِتَٰبَ بِأَيۡدِيهِمۡ ثُمَّ يَقُولُونَ هَٰذَا مِنۡ عِندِ ٱللَّهِ لِيَشۡتَرُواْ بِهِۦ ثَمَنٗا قَلِيلٗاۖ فَوَيۡلٞ لَّهُم مِّمَّا كَتَبَتۡ أَيۡدِيهِمۡ وَوَيۡلٞ لَّهُم مِّمَّا يَكۡسِبُونَ ﴾
[البَقَرَة: 79]

Rero ibihano bikaze cane bizoshikira abantu bandika igitabu kumaboko yabo, hanyuma bagaca bavuga bati:- iki gitabu kivuye ku Mana kugira ngo baronke ikiguzi gitoyi c’amaronko yo ngaha kw’Isi gusa, nibagabe kuri ibi bintu banditse kumaboko yabo, kandi bagabe no kubintu bagira

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فويل للذين يكتبون الكتاب بأيديهم ثم يقولون هذا من عند الله ليشتروا, باللغة الكيروندية

﴿فويل للذين يكتبون الكتاب بأيديهم ثم يقولون هذا من عند الله ليشتروا﴾ [البَقَرَة: 79]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek