×

Mbega ntubona yuko Imana ipfukamirwa n’ibiri mumajuru yose hamwe n’ibiri kw’Isi, hamwe 22:18 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hajj ⮕ (22:18) ayat 18 in Rundi

22:18 Surah Al-hajj ayat 18 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hajj ayat 18 - الحج - Page - Juz 17

﴿أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ يَسۡجُدُۤ لَهُۥۤ مَن فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَن فِي ٱلۡأَرۡضِ وَٱلشَّمۡسُ وَٱلۡقَمَرُ وَٱلنُّجُومُ وَٱلۡجِبَالُ وَٱلشَّجَرُ وَٱلدَّوَآبُّ وَكَثِيرٞ مِّنَ ٱلنَّاسِۖ وَكَثِيرٌ حَقَّ عَلَيۡهِ ٱلۡعَذَابُۗ وَمَن يُهِنِ ٱللَّهُ فَمَا لَهُۥ مِن مُّكۡرِمٍۚ إِنَّ ٱللَّهَ يَفۡعَلُ مَا يَشَآءُ۩ ﴾
[الحج: 18]

Mbega ntubona yuko Imana ipfukamirwa n’ibiri mumajuru yose hamwe n’ibiri kw’Isi, hamwe n’Izuba n’Ukwezi n’Inyenyeri hamwe n’Imisozi n’Ibiti n’Ibikoko hamwe n’abantu benshi muribo, na benshi muribo bategekanijwe kuronka ibihano vy’Imana, n’uwo Imana yatetereje ntawundi muntu ashobora kumuha urupfasoni, mu vy’ukuri Imana igira ivyo yishakiye

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ألم تر أن الله يسجد له من في السموات ومن في الأرض, باللغة الكيروندية

﴿ألم تر أن الله يسجد له من في السموات ومن في الأرض﴾ [الحج: 18]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek