×

Mube abera imbere y’Imana mutayigereranije n’ibindi bintu, rero uwuzoyigereranya n’ibindi bintu ni 22:31 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hajj ⮕ (22:31) ayat 31 in Rundi

22:31 Surah Al-hajj ayat 31 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hajj ayat 31 - الحج - Page - Juz 17

﴿حُنَفَآءَ لِلَّهِ غَيۡرَ مُشۡرِكِينَ بِهِۦۚ وَمَن يُشۡرِكۡ بِٱللَّهِ فَكَأَنَّمَا خَرَّ مِنَ ٱلسَّمَآءِ فَتَخۡطَفُهُ ٱلطَّيۡرُ أَوۡ تَهۡوِي بِهِ ٱلرِّيحُ فِي مَكَانٖ سَحِيقٖ ﴾
[الحج: 31]

Mube abera imbere y’Imana mutayigereranije n’ibindi bintu, rero uwuzoyigereranya n’ibindi bintu ni nkaho azoba avuye mw’ijuru hanyuma inyoni nazo zigaca zimwirukako canke umuyaga nawo ugaca umuta ahantu hakure cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: حنفاء لله غير مشركين به ومن يشرك بالله فكأنما خر من السماء, باللغة الكيروندية

﴿حنفاء لله غير مشركين به ومن يشرك بالله فكأنما خر من السماء﴾ [الحج: 31]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek