×

Aca avuga umwe mubari bafise ubumenyi bw’igitabu ati:- jewe iyo nyegamo nzoyigu 27:40 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Naml ⮕ (27:40) ayat 40 in Rundi

27:40 Surah An-Naml ayat 40 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Naml ayat 40 - النَّمل - Page - Juz 19

﴿قَالَ ٱلَّذِي عِندَهُۥ عِلۡمٞ مِّنَ ٱلۡكِتَٰبِ أَنَا۠ ءَاتِيكَ بِهِۦ قَبۡلَ أَن يَرۡتَدَّ إِلَيۡكَ طَرۡفُكَۚ فَلَمَّا رَءَاهُ مُسۡتَقِرًّا عِندَهُۥ قَالَ هَٰذَا مِن فَضۡلِ رَبِّي لِيَبۡلُوَنِيٓ ءَأَشۡكُرُ أَمۡ أَكۡفُرُۖ وَمَن شَكَرَ فَإِنَّمَا يَشۡكُرُ لِنَفۡسِهِۦۖ وَمَن كَفَرَ فَإِنَّ رَبِّي غَنِيّٞ كَرِيمٞ ﴾
[النَّمل: 40]

Aca avuga umwe mubari bafise ubumenyi bw’igitabu ati:- jewe iyo nyegamo nzoyigu shikiriza imbere yuko urugohe rw’ijisho ryawe rutaranyiganga, rero mugihe yabona yanyegamo yiwe iri imbere yiwe yaciye avuga ati:- ibi vyabaye kubera ingabirano z’Umuremyi wanje kugira ngo angerageze arabe yuko no mushimira canke ndamu hakana, rero uwushima ashima kuneza y’umutima wiwe, nayo uwu hakana mu vy’ukuri Umuremyi wanje niwe nyene amatungo n’umugizi w’ineza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قال الذي عنده علم من الكتاب أنا آتيك به قبل أن يرتد, باللغة الكيروندية

﴿قال الذي عنده علم من الكتاب أنا آتيك به قبل أن يرتد﴾ [النَّمل: 40]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek