×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri ntimube nkaba hakanye Imana yabo y’ukuri, n’ukuvugira hejuru ya bene wabo mugihe bagira urugendo rwo ngaha kw’isi canke mugihe batana 3:156 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:156) ayat 156 in Rundi

3:156 Surah al-‘Imran ayat 156 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 156 - آل عِمران - Page - Juz 4

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَكُونُواْ كَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَقَالُواْ لِإِخۡوَٰنِهِمۡ إِذَا ضَرَبُواْ فِي ٱلۡأَرۡضِ أَوۡ كَانُواْ غُزّٗى لَّوۡ كَانُواْ عِندَنَا مَا مَاتُواْ وَمَا قُتِلُواْ لِيَجۡعَلَ ٱللَّهُ ذَٰلِكَ حَسۡرَةٗ فِي قُلُوبِهِمۡۗ وَٱللَّهُ يُحۡيِۦ وَيُمِيتُۗ وَٱللَّهُ بِمَا تَعۡمَلُونَ بَصِيرٞ ﴾
[آل عِمران: 156]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri ntimube nkaba hakanye Imana yabo y’ukuri, n’ukuvugira hejuru ya bene wabo mugihe bagira urugendo rwo ngaha kw’isi canke mugihe batana mumitwe bagapfa, iyo bobaye iwacu ntibari gupfa canke ngo bacikane, kugira ngo Imana ibigire gutyo ngo bibabereko agahinda k’umitima yabo, n’Imana niyo irema n’ukwica, n’Imana niyo ibona ibintu vyose mugira

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا لا تكونوا كالذين كفروا وقالوا لإخوانهم إذا ضربوا في, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا لا تكونوا كالذين كفروا وقالوا لإخوانهم إذا ضربوا في﴾ [آل عِمران: 156]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek