×

Mbega ntimubona yuko Imana yabaremeye ibiri mu Majuru no kw’Isi nukubakwiriza imihezagiro 31:20 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Luqman ⮕ (31:20) ayat 20 in Rundi

31:20 Surah Luqman ayat 20 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Luqman ayat 20 - لُقمَان - Page - Juz 21

﴿أَلَمۡ تَرَوۡاْ أَنَّ ٱللَّهَ سَخَّرَ لَكُم مَّا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَأَسۡبَغَ عَلَيۡكُمۡ نِعَمَهُۥ ظَٰهِرَةٗ وَبَاطِنَةٗۗ وَمِنَ ٱلنَّاسِ مَن يُجَٰدِلُ فِي ٱللَّهِ بِغَيۡرِ عِلۡمٖ وَلَا هُدٗى وَلَا كِتَٰبٖ مُّنِيرٖ ﴾
[لُقمَان: 20]

Mbega ntimubona yuko Imana yabaremeye ibiri mu Majuru no kw’Isi nukubakwiriza imihezagiro yayo iri k’umugaragaro n’iyindi iri mw’ibanga, hakaba hari abantu baharira kubijanye n’Imana atabumenyi bafise canke uburongozi bwavyo canke igitabu gifise umuco kurivyo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ألم تروا أن الله سخر لكم ما في السموات وما في الأرض, باللغة الكيروندية

﴿ألم تروا أن الله سخر لكم ما في السموات وما في الأرض﴾ [لُقمَان: 20]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek