×

Ntamahoro arimwo muri vyinshi bumvikanyeko mu mabanga yabo atari bamwe bategeka abandi 4:114 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Nisa’ ⮕ (4:114) ayat 114 in Rundi

4:114 Surah An-Nisa’ ayat 114 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Nisa’ ayat 114 - النِّسَاء - Page - Juz 5

﴿۞ لَّا خَيۡرَ فِي كَثِيرٖ مِّن نَّجۡوَىٰهُمۡ إِلَّا مَنۡ أَمَرَ بِصَدَقَةٍ أَوۡ مَعۡرُوفٍ أَوۡ إِصۡلَٰحِۭ بَيۡنَ ٱلنَّاسِۚ وَمَن يَفۡعَلۡ ذَٰلِكَ ٱبۡتِغَآءَ مَرۡضَاتِ ٱللَّهِ فَسَوۡفَ نُؤۡتِيهِ أَجۡرًا عَظِيمٗا ﴾
[النِّسَاء: 114]

Ntamahoro arimwo muri vyinshi bumvikanyeko mu mabanga yabo atari bamwe bategeka abandi gutanga imperezwa canke kugira ineza canke guhuza hagati y’abantu, rero uwuzogira gutyo arondera impuhwe z’Imana uyo muntu tuzomuha impembo niniya cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: لا خير في كثير من نجواهم إلا من أمر بصدقة أو معروف, باللغة الكيروندية

﴿لا خير في كثير من نجواهم إلا من أمر بصدقة أو معروف﴾ [النِّسَاء: 114]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek