×

Kandi ntimwipfuze ivyo Imana yahayeko imigisha gusumba abandi, kuko abagabo barafise uruhara 4:32 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Nisa’ ⮕ (4:32) ayat 32 in Rundi

4:32 Surah An-Nisa’ ayat 32 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Nisa’ ayat 32 - النِّسَاء - Page - Juz 5

﴿وَلَا تَتَمَنَّوۡاْ مَا فَضَّلَ ٱللَّهُ بِهِۦ بَعۡضَكُمۡ عَلَىٰ بَعۡضٖۚ لِّلرِّجَالِ نَصِيبٞ مِّمَّا ٱكۡتَسَبُواْۖ وَلِلنِّسَآءِ نَصِيبٞ مِّمَّا ٱكۡتَسَبۡنَۚ وَسۡـَٔلُواْ ٱللَّهَ مِن فَضۡلِهِۦٓۚ إِنَّ ٱللَّهَ كَانَ بِكُلِّ شَيۡءٍ عَلِيمٗا ﴾
[النِّسَاء: 32]

Kandi ntimwipfuze ivyo Imana yahayeko imigisha gusumba abandi, kuko abagabo barafise uruhara rukwiye kuvyo baronse, n’abakenyezi barafise uruhara rukwiye, kuvyo baronse, rero nimusabe Imana kumigisha yayo mu vy’ukuri Imana niyo nyene ubumenyi bw’ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ولا تتمنوا ما فضل الله به بعضكم على بعض للرجال نصيب مما, باللغة الكيروندية

﴿ولا تتمنوا ما فضل الله به بعضكم على بعض للرجال نصيب مما﴾ [النِّسَاء: 32]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek