×

Bamwe barerura inyegamo y’Imana y’iteka hamwe n’abayikikuje bose baninahaza Umuremyi wabo nukuyi 40:7 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ghafir ⮕ (40:7) ayat 7 in Rundi

40:7 Surah Ghafir ayat 7 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ghafir ayat 7 - غَافِر - Page - Juz 24

﴿ٱلَّذِينَ يَحۡمِلُونَ ٱلۡعَرۡشَ وَمَنۡ حَوۡلَهُۥ يُسَبِّحُونَ بِحَمۡدِ رَبِّهِمۡ وَيُؤۡمِنُونَ بِهِۦ وَيَسۡتَغۡفِرُونَ لِلَّذِينَ ءَامَنُواْۖ رَبَّنَا وَسِعۡتَ كُلَّ شَيۡءٖ رَّحۡمَةٗ وَعِلۡمٗا فَٱغۡفِرۡ لِلَّذِينَ تَابُواْ وَٱتَّبَعُواْ سَبِيلَكَ وَقِهِمۡ عَذَابَ ٱلۡجَحِيمِ ﴾
[غَافِر: 7]

Bamwe barerura inyegamo y’Imana y’iteka hamwe n’abayikikuje bose baninahaza Umuremyi wabo nukuyi takambira kandi barayemera bimwe vy’ukuri nababa sabira ikigongwe bemeye bimwe vy’ukuri bavuga bati:- Murenyi wacu ukwiye kubintu vyose no kumigisha yawe hamwe n’ubumenyi buhagije, nubagirire ikigongwe abo bantu bakigusavye ico kigongwe nugu kurikira inzira yawe kandi nuba kingire n’ibihano vyo mumuriro udahera witiriwe Jahannamu

❮ Previous Next ❯

ترجمة: الذين يحملون العرش ومن حوله يسبحون بحمد ربهم ويؤمنون به ويستغفرون للذين, باللغة الكيروندية

﴿الذين يحملون العرش ومن حوله يسبحون بحمد ربهم ويؤمنون به ويستغفرون للذين﴾ [غَافِر: 7]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek