×

Uzobabona abahemukiye imitima yabo ingene bajugumira kubera ivyo bagize kandi ivyo bintu 42:22 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ash-Shura ⮕ (42:22) ayat 22 in Rundi

42:22 Surah Ash-Shura ayat 22 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ash-Shura ayat 22 - الشُّوري - Page - Juz 25

﴿تَرَى ٱلظَّٰلِمِينَ مُشۡفِقِينَ مِمَّا كَسَبُواْ وَهُوَ وَاقِعُۢ بِهِمۡۗ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ فِي رَوۡضَاتِ ٱلۡجَنَّاتِۖ لَهُم مَّا يَشَآءُونَ عِندَ رَبِّهِمۡۚ ذَٰلِكَ هُوَ ٱلۡفَضۡلُ ٱلۡكَبِيرُ ﴾
[الشُّوري: 22]

Uzobabona abahemukiye imitima yabo ingene bajugumira kubera ivyo bagize kandi ivyo bintu bizoba shikira atagisivya, nayo abemeye Imana yabo y’ukuri hamwe nukugira ibikorwa vyiza bazoba bari mumirima myiza iri mw’ijuru, bakazo ronka ivyo bipfuza mwo vyose bivuye ku Muremyi wabo, iyo niyo ngabirano niniya kuribo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ترى الظالمين مشفقين مما كسبوا وهو واقع بهم والذين آمنوا وعملوا الصالحات, باللغة الكيروندية

﴿ترى الظالمين مشفقين مما كسبوا وهو واقع بهم والذين آمنوا وعملوا الصالحات﴾ [الشُّوري: 22]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek