×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimubaze ibintu mugihe mwovyerekwa vyobashavuza, rero nimwabaza 5:101 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:101) ayat 101 in Rundi

5:101 Surah Al-Ma’idah ayat 101 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 101 - المَائدة - Page - Juz 7

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَسۡـَٔلُواْ عَنۡ أَشۡيَآءَ إِن تُبۡدَ لَكُمۡ تَسُؤۡكُمۡ وَإِن تَسۡـَٔلُواْ عَنۡهَا حِينَ يُنَزَّلُ ٱلۡقُرۡءَانُ تُبۡدَ لَكُمۡ عَفَا ٱللَّهُ عَنۡهَاۗ وَٱللَّهُ غَفُورٌ حَلِيمٞ ﴾
[المَائدة: 101]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimubaze ibintu mugihe mwovyerekwa vyobashavuza, rero nimwabaza ivyo bintu mugihe hamanurwa amajambo y’Imana matagatifu ya Qur’ani muzo bimenyeshwa n’Imana iramaze kubigirirako imbabazi, nayo niyo ifise ikigongwe cinshi kandi niyo ntungane cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا لا تسألوا عن أشياء إن تبد لكم تسؤكم وإن, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا لا تسألوا عن أشياء إن تبد لكم تسؤكم وإن﴾ [المَائدة: 101]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek