×

Rero kubera impamvu z’uguhonyanga amasezerano yabo, twaciye tubavuma n’ukugira imitima yabo kuba 5:13 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:13) ayat 13 in Rundi

5:13 Surah Al-Ma’idah ayat 13 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 13 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿فَبِمَا نَقۡضِهِم مِّيثَٰقَهُمۡ لَعَنَّٰهُمۡ وَجَعَلۡنَا قُلُوبَهُمۡ قَٰسِيَةٗۖ يُحَرِّفُونَ ٱلۡكَلِمَ عَن مَّوَاضِعِهِۦ وَنَسُواْ حَظّٗا مِّمَّا ذُكِّرُواْ بِهِۦۚ وَلَا تَزَالُ تَطَّلِعُ عَلَىٰ خَآئِنَةٖ مِّنۡهُمۡ إِلَّا قَلِيلٗا مِّنۡهُمۡۖ فَٱعۡفُ عَنۡهُمۡ وَٱصۡفَحۡۚ إِنَّ ٱللَّهَ يُحِبُّ ٱلۡمُحۡسِنِينَ ﴾
[المَائدة: 13]

Rero kubera impamvu z’uguhonyanga amasezerano yabo, twaciye tubavuma n’ukugira imitima yabo kuba nk’ubutare muguhindura amajambo ahari ayo majambo, n’ukwibagira amwe mu majambo bibukijwe, kandi uzoguma ubandanya uronka inkuru z’ububisha bwabo atari muri bakeyi gusa muribo, rero n’ubagirire ikigongwe kandi ubareke mu vy’ukuri Imana ikunda abagira ineza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فبما نقضهم ميثاقهم لعناهم وجعلنا قلوبهم قاسية يحرفون الكلم عن مواضعه ونسوا, باللغة الكيروندية

﴿فبما نقضهم ميثاقهم لعناهم وجعلنا قلوبهم قاسية يحرفون الكلم عن مواضعه ونسوا﴾ [المَائدة: 13]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek