×

Mu vy’ukuri twaramanuye igitabu c’Imana ca Taurati, gifise uburongozi n’umuco kurico n’intumwa 5:44 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:44) ayat 44 in Rundi

5:44 Surah Al-Ma’idah ayat 44 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 44 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿إِنَّآ أَنزَلۡنَا ٱلتَّوۡرَىٰةَ فِيهَا هُدٗى وَنُورٞۚ يَحۡكُمُ بِهَا ٱلنَّبِيُّونَ ٱلَّذِينَ أَسۡلَمُواْ لِلَّذِينَ هَادُواْ وَٱلرَّبَّٰنِيُّونَ وَٱلۡأَحۡبَارُ بِمَا ٱسۡتُحۡفِظُواْ مِن كِتَٰبِ ٱللَّهِ وَكَانُواْ عَلَيۡهِ شُهَدَآءَۚ فَلَا تَخۡشَوُاْ ٱلنَّاسَ وَٱخۡشَوۡنِ وَلَا تَشۡتَرُواْ بِـَٔايَٰتِي ثَمَنٗا قَلِيلٗاۚ وَمَن لَّمۡ يَحۡكُم بِمَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ فَأُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلۡكَٰفِرُونَ ﴾
[المَائدة: 44]

Mu vy’ukuri twaramanuye igitabu c’Imana ca Taurati, gifise uburongozi n’umuco kurico n’intumwa z’Imana zaracemeje, zarabategetse abayahudi hamwe n’ababasenga hamwe n’inca bwenge zabo, kuko bategekwa kubungabunga ico gitabu c’Imana, nabo bari ivyabona kuribo, rero ntimutinye abantu, ahubwo nimuntinye jewe Mana yanyu, kandi ntimuhindure aya majambo yanje kukiguzi gitoyi cane, rero n’abatazotegeka kuvyo Imana yamanuye, abo nibo bahakanyi b’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إنا أنـزلنا التوراة فيها هدى ونور يحكم بها النبيون الذين أسلموا للذين, باللغة الكيروندية

﴿إنا أنـزلنا التوراة فيها هدى ونور يحكم بها النبيون الذين أسلموا للذين﴾ [المَائدة: 44]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek