×

Mu vy’ukuri barabaye abahakanyi b’Imana bamwe bavuga bati:- Imana n’Imwe muri zitatu, 5:73 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:73) ayat 73 in Rundi

5:73 Surah Al-Ma’idah ayat 73 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 73 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿لَّقَدۡ كَفَرَ ٱلَّذِينَ قَالُوٓاْ إِنَّ ٱللَّهَ ثَالِثُ ثَلَٰثَةٖۘ وَمَا مِنۡ إِلَٰهٍ إِلَّآ إِلَٰهٞ وَٰحِدٞۚ وَإِن لَّمۡ يَنتَهُواْ عَمَّا يَقُولُونَ لَيَمَسَّنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِنۡهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٌ ﴾
[المَائدة: 73]

Mu vy’ukuri barabaye abahakanyi b’Imana bamwe bavuga bati:- Imana n’Imwe muri zitatu, mugihe atayindi Mana atari Imana imwe yonyene gusa, nibatareka ivyo vyose bavuga, mu vy’ukuri bazofatwa bamwe baguma babandanya n’ubuhakanyi bwabo muribo kandi bazoronka ibihano bibabaza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: لقد كفر الذين قالوا إن الله ثالث ثلاثة وما من إله إلا, باللغة الكيروندية

﴿لقد كفر الذين قالوا إن الله ثالث ثلاثة وما من إله إلا﴾ [المَائدة: 73]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek