×

Mbega mubayeho gute ko muda tanga munzira y’Imana, n’ibisigi vyo mw’Ijuru no 57:10 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hadid ⮕ (57:10) ayat 10 in Rundi

57:10 Surah Al-hadid ayat 10 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hadid ayat 10 - الحدِيد - Page - Juz 27

﴿وَمَا لَكُمۡ أَلَّا تُنفِقُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ وَلِلَّهِ مِيرَٰثُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۚ لَا يَسۡتَوِي مِنكُم مَّنۡ أَنفَقَ مِن قَبۡلِ ٱلۡفَتۡحِ وَقَٰتَلَۚ أُوْلَٰٓئِكَ أَعۡظَمُ دَرَجَةٗ مِّنَ ٱلَّذِينَ أَنفَقُواْ مِنۢ بَعۡدُ وَقَٰتَلُواْۚ وَكُلّٗا وَعَدَ ٱللَّهُ ٱلۡحُسۡنَىٰۚ وَٱللَّهُ بِمَا تَعۡمَلُونَ خَبِيرٞ ﴾
[الحدِيد: 10]

Mbega mubayeho gute ko muda tanga munzira y’Imana, n’ibisigi vyo mw’Ijuru no kw’Isi ni vy’Imana, kandi ntibangana bamwe muri mwebwe mubatanze imbere y’intsinzi n’ukubandanya kurwana, abo bantu nibo bafise iteka rininiya gusumba bamwe batanze ivyabo munyuma n’ukurwana, n’Imana yara bemereye ineza abo bantu bose kuko Imana niyo ifise inkuru z’ivyo bagira vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وما لكم ألا تنفقوا في سبيل الله ولله ميراث السموات والأرض لا, باللغة الكيروندية

﴿وما لكم ألا تنفقوا في سبيل الله ولله ميراث السموات والأرض لا﴾ [الحدِيد: 10]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek