×

Mbega ndondere umucamanza atari Imana mugihe ariyo yabamanuriye iki gitabu gisigura ibintu 6:114 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:114) ayat 114 in Rundi

6:114 Surah Al-An‘am ayat 114 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 114 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿أَفَغَيۡرَ ٱللَّهِ أَبۡتَغِي حَكَمٗا وَهُوَ ٱلَّذِيٓ أَنزَلَ إِلَيۡكُمُ ٱلۡكِتَٰبَ مُفَصَّلٗاۚ وَٱلَّذِينَ ءَاتَيۡنَٰهُمُ ٱلۡكِتَٰبَ يَعۡلَمُونَ أَنَّهُۥ مُنَزَّلٞ مِّن رَّبِّكَ بِٱلۡحَقِّۖ فَلَا تَكُونَنَّ مِنَ ٱلۡمُمۡتَرِينَ ﴾
[الأنعَام: 114]

Mbega ndondere umucamanza atari Imana mugihe ariyo yabamanuriye iki gitabu gisigura ibintu vyose biri k’umugaragaro, na bamwe twahaye igitabu gitagatifu barafise ubumenyi buhagije yuko iki gitabu camanuwe n’Umuremyi wawe bimwe vy’ukuri, rero ntube mu bantu bafise amakenga

❮ Previous Next ❯

ترجمة: أفغير الله أبتغي حكما وهو الذي أنـزل إليكم الكتاب مفصلا والذين آتيناهم, باللغة الكيروندية

﴿أفغير الله أبتغي حكما وهو الذي أنـزل إليكم الكتاب مفصلا والذين آتيناهم﴾ [الأنعَام: 114]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek