×

None ni kuki mudafungura kuri vya bitugwa vyavugiweko izina ry’Imana kandi Imana 6:119 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:119) ayat 119 in Rundi

6:119 Surah Al-An‘am ayat 119 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 119 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿وَمَا لَكُمۡ أَلَّا تَأۡكُلُواْ مِمَّا ذُكِرَ ٱسۡمُ ٱللَّهِ عَلَيۡهِ وَقَدۡ فَصَّلَ لَكُم مَّا حَرَّمَ عَلَيۡكُمۡ إِلَّا مَا ٱضۡطُرِرۡتُمۡ إِلَيۡهِۗ وَإِنَّ كَثِيرٗا لَّيُضِلُّونَ بِأَهۡوَآئِهِم بِغَيۡرِ عِلۡمٍۚ إِنَّ رَبَّكَ هُوَ أَعۡلَمُ بِٱلۡمُعۡتَدِينَ ﴾
[الأنعَام: 119]

None ni kuki mudafungura kuri vya bitugwa vyavugiweko izina ry’Imana kandi Imana ikaba yarabamenyesheje neza na neza kuvyo yababujije gufungura dukuyemwo ivyo mutegetswe gufungurako, mu vy’ukuri benshi baratakaza bagenzi babo kubera ukwikunda kwabo kuko badafise ubumenyi kurivyo, ntankeka rero Umuremyi wawe niwe abazi neza cane bamwe barenga imbibe zayo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وما لكم ألا تأكلوا مما ذكر اسم الله عليه وقد فصل لكم, باللغة الكيروندية

﴿وما لكم ألا تأكلوا مما ذكر اسم الله عليه وقد فصل لكم﴾ [الأنعَام: 119]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek