×

N’Imana niyo yaremye ibiti vyegeranywa hamwe n’ibitegeranywa, hamwe n’ibiti vy’imitende hamwe n’ibiti 6:141 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:141) ayat 141 in Rundi

6:141 Surah Al-An‘am ayat 141 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 141 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿۞ وَهُوَ ٱلَّذِيٓ أَنشَأَ جَنَّٰتٖ مَّعۡرُوشَٰتٖ وَغَيۡرَ مَعۡرُوشَٰتٖ وَٱلنَّخۡلَ وَٱلزَّرۡعَ مُخۡتَلِفًا أُكُلُهُۥ وَٱلزَّيۡتُونَ وَٱلرُّمَّانَ مُتَشَٰبِهٗا وَغَيۡرَ مُتَشَٰبِهٖۚ كُلُواْ مِن ثَمَرِهِۦٓ إِذَآ أَثۡمَرَ وَءَاتُواْ حَقَّهُۥ يَوۡمَ حَصَادِهِۦۖ وَلَا تُسۡرِفُوٓاْۚ إِنَّهُۥ لَا يُحِبُّ ٱلۡمُسۡرِفِينَ ﴾
[الأنعَام: 141]

N’Imana niyo yaremye ibiti vyegeranywa hamwe n’ibitegeranywa, hamwe n’ibiti vy’imitende hamwe n’ibiti vy’ivyamwa bitandukanye n’ibindi, hamwe n’ibiti vy’imizaituni hamwe n’ibiti vy’imikongo manga isa n’iyindi bidasa n’ibindi, rero ni mufungure kuri ivyo vyamwa mugihe vyeze, kandi mutange ibikenewe k’umusi w’umusaruro, kandi nti mubikoreshe mubwononyi kuko Imana ntikunda abantu bakoresha amatungo yabo mu bwononyi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وهو الذي أنشأ جنات معروشات وغير معروشات والنخل والزرع مختلفا أكله والزيتون, باللغة الكيروندية

﴿وهو الذي أنشأ جنات معروشات وغير معروشات والنخل والزرع مختلفا أكله والزيتون﴾ [الأنعَام: 141]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek