×

Kandi ntimwegere amatungo y’impfuvyi atari munzira nziza, kugeza aho azoshika mubigero vyayo, 6:152 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:152) ayat 152 in Rundi

6:152 Surah Al-An‘am ayat 152 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 152 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿وَلَا تَقۡرَبُواْ مَالَ ٱلۡيَتِيمِ إِلَّا بِٱلَّتِي هِيَ أَحۡسَنُ حَتَّىٰ يَبۡلُغَ أَشُدَّهُۥۚ وَأَوۡفُواْ ٱلۡكَيۡلَ وَٱلۡمِيزَانَ بِٱلۡقِسۡطِۖ لَا نُكَلِّفُ نَفۡسًا إِلَّا وُسۡعَهَاۖ وَإِذَا قُلۡتُمۡ فَٱعۡدِلُواْ وَلَوۡ كَانَ ذَا قُرۡبَىٰۖ وَبِعَهۡدِ ٱللَّهِ أَوۡفُواْۚ ذَٰلِكُمۡ وَصَّىٰكُم بِهِۦ لَعَلَّكُمۡ تَذَكَّرُونَ ﴾
[الأنعَام: 152]

Kandi ntimwegere amatungo y’impfuvyi atari munzira nziza, kugeza aho azoshika mubigero vyayo, kandi mukwize ibipimo mupimirako hamwe n’iminzani yanyu ibe kurugero rw’ukuri, natwe ntiduhatagiza umuntu atari k’urugero rw’ubushobozi bwiwe n’igihe muvuze muti:- nimuvuge mukoresheje ukuri naho yoba ari incuti yawe, kandi mukurikize indagano y’Imana kuko ariyo yabasigiye iryo ragi kugira ngo mwibuke

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ولا تقربوا مال اليتيم إلا بالتي هي أحسن حتى يبلغ أشده وأوفوا, باللغة الكيروندية

﴿ولا تقربوا مال اليتيم إلا بالتي هي أحسن حتى يبلغ أشده وأوفوا﴾ [الأنعَام: 152]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek