×

Harimwo muribo abakwumviriza natwe twashizeho inzitizi mumitima yabo, kugira ngo ntibaze bayamenye 6:25 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:25) ayat 25 in Rundi

6:25 Surah Al-An‘am ayat 25 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 25 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَمِنۡهُم مَّن يَسۡتَمِعُ إِلَيۡكَۖ وَجَعَلۡنَا عَلَىٰ قُلُوبِهِمۡ أَكِنَّةً أَن يَفۡقَهُوهُ وَفِيٓ ءَاذَانِهِمۡ وَقۡرٗاۚ وَإِن يَرَوۡاْ كُلَّ ءَايَةٖ لَّا يُؤۡمِنُواْ بِهَاۖ حَتَّىٰٓ إِذَا جَآءُوكَ يُجَٰدِلُونَكَ يَقُولُ ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓاْ إِنۡ هَٰذَآ إِلَّآ أَسَٰطِيرُ ٱلۡأَوَّلِينَ ﴾
[الأنعَام: 25]

Harimwo muribo abakwumviriza natwe twashizeho inzitizi mumitima yabo, kugira ngo ntibaze bayamenye ayo majambo bumva, kandi nuko hari uruzitiro ruri mumatwi yabo, rero babonye ivyemezo vyacu ntiba vyemera naho baje guharira na wewe bamwe bahakanye Imana yabo y’ukuri baca bavuga bati:- ibi vyose nta nakimwe kirimwo atari imigani gusa y’abantu bakera

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ومنهم من يستمع إليك وجعلنا على قلوبهم أكنة أن يفقهوه وفي آذانهم, باللغة الكيروندية

﴿ومنهم من يستمع إليك وجعلنا على قلوبهم أكنة أن يفقهوه وفي آذانهم﴾ [الأنعَام: 25]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek