×

Nubareke bamwe bayigize yuko ari urukino nukutitaho kw’idini ryabo bakaba barahenzwe n’ubuzima 6:70 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:70) ayat 70 in Rundi

6:70 Surah Al-An‘am ayat 70 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 70 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَذَرِ ٱلَّذِينَ ٱتَّخَذُواْ دِينَهُمۡ لَعِبٗا وَلَهۡوٗا وَغَرَّتۡهُمُ ٱلۡحَيَوٰةُ ٱلدُّنۡيَاۚ وَذَكِّرۡ بِهِۦٓ أَن تُبۡسَلَ نَفۡسُۢ بِمَا كَسَبَتۡ لَيۡسَ لَهَا مِن دُونِ ٱللَّهِ وَلِيّٞ وَلَا شَفِيعٞ وَإِن تَعۡدِلۡ كُلَّ عَدۡلٖ لَّا يُؤۡخَذۡ مِنۡهَآۗ أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ أُبۡسِلُواْ بِمَا كَسَبُواْۖ لَهُمۡ شَرَابٞ مِّنۡ حَمِيمٖ وَعَذَابٌ أَلِيمُۢ بِمَا كَانُواْ يَكۡفُرُونَ ﴾
[الأنعَام: 70]

Nubareke bamwe bayigize yuko ari urukino nukutitaho kw’idini ryabo bakaba barahenzwe n’ubuzima bw’Isi, rero n’ubibutse yuko ntihaze hashike aho umutima w’umuntu uzohonywa kubera ivyo wagize, kuko ntawuzo kingira uwo mutima canke uwuzo wusabira uwariwe wese imbere y’Imana, naho uwo mutima wotanga ingwati y’ibintu bimeze gute ntuzo kwemererwa, abo nibo bantu bahonejwe kubera ivyo bakoze, kandi nibo bazoronswa ibinyobwa vy’amazi y’amarike hamwe n’ibihano bibabaza cane kubera ubuhakanyi bwabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وذر الذين اتخذوا دينهم لعبا ولهوا وغرتهم الحياة الدنيا وذكر به أن, باللغة الكيروندية

﴿وذر الذين اتخذوا دينهم لعبا ولهوا وغرتهم الحياة الدنيا وذكر به أن﴾ [الأنعَام: 70]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek