×

N’iki gitabu gitagatifu ca Qur’ani n’igitabu twamanuye gifise imihezagiro myinshi, kikaba cemeza 6:92 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:92) ayat 92 in Rundi

6:92 Surah Al-An‘am ayat 92 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 92 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَهَٰذَا كِتَٰبٌ أَنزَلۡنَٰهُ مُبَارَكٞ مُّصَدِّقُ ٱلَّذِي بَيۡنَ يَدَيۡهِ وَلِتُنذِرَ أُمَّ ٱلۡقُرَىٰ وَمَنۡ حَوۡلَهَاۚ وَٱلَّذِينَ يُؤۡمِنُونَ بِٱلۡأٓخِرَةِ يُؤۡمِنُونَ بِهِۦۖ وَهُمۡ عَلَىٰ صَلَاتِهِمۡ يُحَافِظُونَ ﴾
[الأنعَام: 92]

N’iki gitabu gitagatifu ca Qur’ani n’igitabu twamanuye gifise imihezagiro myinshi, kikaba cemeza ivyabayeho imbere yaco, rero kugira ngo ubatuze abantu bo mugisagara c’Imakkat, hamwe n’abantu bagikikuje hamwe n’abemera umusi w’imperuka bakaba bacemera, nabo kumasengesho yabo barayitegereza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وهذا كتاب أنـزلناه مبارك مصدق الذي بين يديه ولتنذر أم القرى ومن, باللغة الكيروندية

﴿وهذا كتاب أنـزلناه مبارك مصدق الذي بين يديه ولتنذر أم القرى ومن﴾ [الأنعَام: 92]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek