×

Ntibagamburukiye Imana yabo y’ukuri nkuko vyategekanijwe mukuyigamburukira mugihe bavuga bati:- Imana ntaco 6:91 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:91) ayat 91 in Rundi

6:91 Surah Al-An‘am ayat 91 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 91 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَمَا قَدَرُواْ ٱللَّهَ حَقَّ قَدۡرِهِۦٓ إِذۡ قَالُواْ مَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ عَلَىٰ بَشَرٖ مِّن شَيۡءٖۗ قُلۡ مَنۡ أَنزَلَ ٱلۡكِتَٰبَ ٱلَّذِي جَآءَ بِهِۦ مُوسَىٰ نُورٗا وَهُدٗى لِّلنَّاسِۖ تَجۡعَلُونَهُۥ قَرَاطِيسَ تُبۡدُونَهَا وَتُخۡفُونَ كَثِيرٗاۖ وَعُلِّمۡتُم مَّا لَمۡ تَعۡلَمُوٓاْ أَنتُمۡ وَلَآ ءَابَآؤُكُمۡۖ قُلِ ٱللَّهُۖ ثُمَّ ذَرۡهُمۡ فِي خَوۡضِهِمۡ يَلۡعَبُونَ ﴾
[الأنعَام: 91]

Ntibagamburukiye Imana yabo y’ukuri nkuko vyategekanijwe mukuyigamburukira mugihe bavuga bati:- Imana ntaco yamanuye k’umuntu uwariwe wese, wewe vuga uti:- none ni nde yamanuye igitabu cazanywe n’intumwa y’Imana Muussa (iii)? Gifise umuco n’uburongozi ku bantu, mwagize ibigabane kubindi n’ukubiserura, na vyinshi murivyo murabinyegeza mukaba mwarigishijwe muvyo mutazi mwebwe hamwe n’abavyeyi banyu, wewe vuga uti:- n’Imana, hanyuma ubareke batambe n’ububeshi bwabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وما قدروا الله حق قدره إذ قالوا ما أنـزل الله على بشر, باللغة الكيروندية

﴿وما قدروا الله حق قدره إذ قالوا ما أنـزل الله على بشر﴾ [الأنعَام: 91]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek