×

Ni nde muhemu mukuru gusumba uwubeshera Imana canke uwuvuga ati:- jewe nazaniwe 6:93 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:93) ayat 93 in Rundi

6:93 Surah Al-An‘am ayat 93 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 93 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَمَنۡ أَظۡلَمُ مِمَّنِ ٱفۡتَرَىٰ عَلَى ٱللَّهِ كَذِبًا أَوۡ قَالَ أُوحِيَ إِلَيَّ وَلَمۡ يُوحَ إِلَيۡهِ شَيۡءٞ وَمَن قَالَ سَأُنزِلُ مِثۡلَ مَآ أَنزَلَ ٱللَّهُۗ وَلَوۡ تَرَىٰٓ إِذِ ٱلظَّٰلِمُونَ فِي غَمَرَٰتِ ٱلۡمَوۡتِ وَٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ بَاسِطُوٓاْ أَيۡدِيهِمۡ أَخۡرِجُوٓاْ أَنفُسَكُمُۖ ٱلۡيَوۡمَ تُجۡزَوۡنَ عَذَابَ ٱلۡهُونِ بِمَا كُنتُمۡ تَقُولُونَ عَلَى ٱللَّهِ غَيۡرَ ٱلۡحَقِّ وَكُنتُمۡ عَنۡ ءَايَٰتِهِۦ تَسۡتَكۡبِرُونَ ﴾
[الأنعَام: 93]

Ni nde muhemu mukuru gusumba uwubeshera Imana canke uwuvuga ati:- jewe nazaniwe amajambo y’Imana, nawe ataco yahawe na kimwe nuyo avuga ati:- nzomanura nkuwo Imana yamanuye, nkiyo wobabonye abo bahemukiye imitima yabo mugihe bariko baratera akagere kanyuma k’urupfu, n’abamarayika babagororeye amaboko yabo bababwira bati:- nimusokore imitima yanyu, kuko uno musi uri hejuru muzorihwa ibihano bibatetereza kubera ivyo mwahora muvuga hejuru y’Imana ata kuri mubifitiye, hamwe n’ivyo mwahora mugirira ko ubwishime kubijanye n’amajambo y’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ومن أظلم ممن افترى على الله كذبا أو قال أوحي إلي ولم, باللغة الكيروندية

﴿ومن أظلم ممن افترى على الله كذبا أو قال أوحي إلي ولم﴾ [الأنعَام: 93]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek