×

Nayo niyo yamanuye amazi iyakuye mubicu, kuriyo niho tunagisha ibiterwa vy’ibintu vyose, 6:99 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:99) ayat 99 in Rundi

6:99 Surah Al-An‘am ayat 99 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 99 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَهُوَ ٱلَّذِيٓ أَنزَلَ مِنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءٗ فَأَخۡرَجۡنَا بِهِۦ نَبَاتَ كُلِّ شَيۡءٖ فَأَخۡرَجۡنَا مِنۡهُ خَضِرٗا نُّخۡرِجُ مِنۡهُ حَبّٗا مُّتَرَاكِبٗا وَمِنَ ٱلنَّخۡلِ مِن طَلۡعِهَا قِنۡوَانٞ دَانِيَةٞ وَجَنَّٰتٖ مِّنۡ أَعۡنَابٖ وَٱلزَّيۡتُونَ وَٱلرُّمَّانَ مُشۡتَبِهٗا وَغَيۡرَ مُتَشَٰبِهٍۗ ٱنظُرُوٓاْ إِلَىٰ ثَمَرِهِۦٓ إِذَآ أَثۡمَرَ وَيَنۡعِهِۦٓۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكُمۡ لَأٓيَٰتٖ لِّقَوۡمٖ يُؤۡمِنُونَ ﴾
[الأنعَام: 99]

Nayo niyo yamanuye amazi iyakuye mubicu, kuriyo niho tunagisha ibiterwa vy’ibintu vyose, bigatuma tunagisha ivyakasi vy’urwatsi rutoto kuri iy’ Isi n’ugukura muriyo intete zitondekanije kuzindi, no kucamwa c’umutende harimwo ivyunamye nukunagisha imirima y’imizabibu hamwe n’imizayituni hamwe n’imikoma manga isa n’iyindi n’iyidasa n’iyindi, rero nimurabe ivyamwa vyayo mugihe vyeze n’ugusha kwavyo, ntankeka muri ibi vyose harimwo ivyemezo ku bantu bemera Imana yabo y’ukuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وهو الذي أنـزل من السماء ماء فأخرجنا به نبات كل شيء فأخرجنا, باللغة الكيروندية

﴿وهو الذي أنـزل من السماء ماء فأخرجنا به نبات كل شيء فأخرجنا﴾ [الأنعَام: 99]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek