×

Akarorero, ni bamwe bahawe igitabu c’Imana gitagatifu ca Taurati hanyuma ntiba cakira 62:5 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Jumu‘ah ⮕ (62:5) ayat 5 in Rundi

62:5 Surah Al-Jumu‘ah ayat 5 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Jumu‘ah ayat 5 - الجُمعَة - Page - Juz 28

﴿مَثَلُ ٱلَّذِينَ حُمِّلُواْ ٱلتَّوۡرَىٰةَ ثُمَّ لَمۡ يَحۡمِلُوهَا كَمَثَلِ ٱلۡحِمَارِ يَحۡمِلُ أَسۡفَارَۢاۚ بِئۡسَ مَثَلُ ٱلۡقَوۡمِ ٱلَّذِينَ كَذَّبُواْ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِۚ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلظَّٰلِمِينَ ﴾
[الجُمعَة: 5]

Akarorero, ni bamwe bahawe igitabu c’Imana gitagatifu ca Taurati hanyuma ntiba cakira mu kugikoresha, ni nk’indogobwe yikoreye ibitabu bininiya kuriyo ata gahengwe kuriyo, aka n’akarorero kabi cane k’abantu bahakanye amajambo y’Imana matagatifu nayo Imana ntirongora abantu bahemukiye imitima yabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: مثل الذين حملوا التوراة ثم لم يحملوها كمثل الحمار يحمل أسفارا بئس, باللغة الكيروندية

﴿مثل الذين حملوا التوراة ثم لم يحملوها كمثل الحمار يحمل أسفارا بئس﴾ [الجُمعَة: 5]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek