×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, nimusabe ikigongwe ku Mana yanyu ikigongwe c’ukuri, 66:8 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Tahrim ⮕ (66:8) ayat 8 in Rundi

66:8 Surah At-Tahrim ayat 8 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Tahrim ayat 8 - التَّحرِيم - Page - Juz 28

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ تُوبُوٓاْ إِلَى ٱللَّهِ تَوۡبَةٗ نَّصُوحًا عَسَىٰ رَبُّكُمۡ أَن يُكَفِّرَ عَنكُمۡ سَيِّـَٔاتِكُمۡ وَيُدۡخِلَكُمۡ جَنَّٰتٖ تَجۡرِي مِن تَحۡتِهَا ٱلۡأَنۡهَٰرُ يَوۡمَ لَا يُخۡزِي ٱللَّهُ ٱلنَّبِيَّ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ مَعَهُۥۖ نُورُهُمۡ يَسۡعَىٰ بَيۡنَ أَيۡدِيهِمۡ وَبِأَيۡمَٰنِهِمۡ يَقُولُونَ رَبَّنَآ أَتۡمِمۡ لَنَا نُورَنَا وَٱغۡفِرۡ لَنَآۖ إِنَّكَ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ قَدِيرٞ ﴾
[التَّحرِيم: 8]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, nimusabe ikigongwe ku Mana yanyu ikigongwe c’ukuri, nkumbure Umuremyi wanyu azoba hanagurira amabi yanyu n’ukubinjiza mu Majuru acamwo inzuzi imbere yayo, umusi waho Imana itazo tetereza intumwa yiwe canke abayemeye bari kumwe nayo, umuco wabo uzohora ugenda imbere yabo no kumpande zabo zose z’iburyo, bavuga bati:- Muremyi wacu dukwirize uwo muco wacu kandi utugirire ikigongwe, mu vy’ukuri ni wewe nyene ubushobozi buri hejuru y’ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا توبوا إلى الله توبة نصوحا عسى ربكم أن يكفر, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا توبوا إلى الله توبة نصوحا عسى ربكم أن يكفر﴾ [التَّحرِيم: 8]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek