×

Ntugira umurimo mumirimo iyariyo yose, canke ntusoma muri iki gitabu gitagatifu ca 10:61 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yunus ⮕ (10:61) ayat 61 in Rundi

10:61 Surah Yunus ayat 61 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yunus ayat 61 - يُونس - Page - Juz 11

﴿وَمَا تَكُونُ فِي شَأۡنٖ وَمَا تَتۡلُواْ مِنۡهُ مِن قُرۡءَانٖ وَلَا تَعۡمَلُونَ مِنۡ عَمَلٍ إِلَّا كُنَّا عَلَيۡكُمۡ شُهُودًا إِذۡ تُفِيضُونَ فِيهِۚ وَمَا يَعۡزُبُ عَن رَّبِّكَ مِن مِّثۡقَالِ ذَرَّةٖ فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلَا فِي ٱلسَّمَآءِ وَلَآ أَصۡغَرَ مِن ذَٰلِكَ وَلَآ أَكۡبَرَ إِلَّا فِي كِتَٰبٖ مُّبِينٍ ﴾
[يُونس: 61]

Ntugira umurimo mumirimo iyariyo yose, canke ntusoma muri iki gitabu gitagatifu ca Qur’ani, canke ntagikorwa mushobora kugira atari uko twebwe tuba turi ivyabona kuri mwebwe mugihe muriko murakorera kuri ivyo, rero ntakintu na kimwe kinyegezwa imbere y’umuremyi wawe naho coba gifise uburemere bungana n’akanyegeri naho koba kari kw’Isi canke mw’Ijuru, canke naho koba gatoyi gusumba ako kanyegeri canke kaniniya gusumba ako, nuko vyose biri mugitabu c’Imana kimenyesha ibiri k’umugaragaro

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وما تكون في شأن وما تتلو منه من قرآن ولا تعملون من, باللغة الكيروندية

﴿وما تكون في شأن وما تتلو منه من قرآن ولا تعملون من﴾ [يُونس: 61]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek