×

Nkumbure woshobora kureka bimwe muvyo weretswe kuri wewe n’igikiriza cawe kigaca cugaranwa 11:12 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Hud ⮕ (11:12) ayat 12 in Rundi

11:12 Surah Hud ayat 12 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Hud ayat 12 - هُود - Page - Juz 12

﴿فَلَعَلَّكَ تَارِكُۢ بَعۡضَ مَا يُوحَىٰٓ إِلَيۡكَ وَضَآئِقُۢ بِهِۦ صَدۡرُكَ أَن يَقُولُواْ لَوۡلَآ أُنزِلَ عَلَيۡهِ كَنزٌ أَوۡ جَآءَ مَعَهُۥ مَلَكٌۚ إِنَّمَآ أَنتَ نَذِيرٞۚ وَٱللَّهُ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ وَكِيلٌ ﴾
[هُود: 12]

Nkumbure woshobora kureka bimwe muvyo weretswe kuri wewe n’igikiriza cawe kigaca cugaranwa kuri ivyo, kubera yuko bavuga bati:- mbega ni kuki tutamanuriwe ububiko canke hakaza abamarayika bari kumwe nawe, wewe uri mu bantu batuza gusa n’Imana niyo ikingira ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فلعلك تارك بعض ما يوحى إليك وضائق به صدرك أن يقولوا لولا, باللغة الكيروندية

﴿فلعلك تارك بعض ما يوحى إليك وضائق به صدرك أن يقولوا لولا﴾ [هُود: 12]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek