×

Wa mupfasoni w’umushikiranganji aca avuga ati:- uyu niwa muntu mwantayeko umwikomo, mu 12:32 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yusuf ⮕ (12:32) ayat 32 in Rundi

12:32 Surah Yusuf ayat 32 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yusuf ayat 32 - يُوسُف - Page - Juz 12

﴿قَالَتۡ فَذَٰلِكُنَّ ٱلَّذِي لُمۡتُنَّنِي فِيهِۖ وَلَقَدۡ رَٰوَدتُّهُۥ عَن نَّفۡسِهِۦ فَٱسۡتَعۡصَمَۖ وَلَئِن لَّمۡ يَفۡعَلۡ مَآ ءَامُرُهُۥ لَيُسۡجَنَنَّ وَلَيَكُونٗا مِّنَ ٱلصَّٰغِرِينَ ﴾
[يُوسُف: 32]

Wa mupfasoni w’umushikiranganji aca avuga ati:- uyu niwa muntu mwantayeko umwikomo, mu vy’ukuri nanje naramugomwe kubisumba umutima wanje, mugabo yarikinze rero natagira ivyo ndamutegetse mu vy’ukuri azoca atabwa mw’ibohero kandi azoba ari mubantu bakengerwa

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قالت فذلكن الذي لمتنني فيه ولقد راودته عن نفسه فاستعصم ولئن لم, باللغة الكيروندية

﴿قالت فذلكن الذي لمتنني فيه ولقد راودته عن نفسه فاستعصم ولئن لم﴾ [يُوسُف: 32]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek