×

Na Shetani izovuga mugihe hazocibwa urubanza hanyuma ivuge iti:- Imana yarabemereye indagano 14:22 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ibrahim ⮕ (14:22) ayat 22 in Rundi

14:22 Surah Ibrahim ayat 22 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ibrahim ayat 22 - إبراهِيم - Page - Juz 13

﴿وَقَالَ ٱلشَّيۡطَٰنُ لَمَّا قُضِيَ ٱلۡأَمۡرُ إِنَّ ٱللَّهَ وَعَدَكُمۡ وَعۡدَ ٱلۡحَقِّ وَوَعَدتُّكُمۡ فَأَخۡلَفۡتُكُمۡۖ وَمَا كَانَ لِيَ عَلَيۡكُم مِّن سُلۡطَٰنٍ إِلَّآ أَن دَعَوۡتُكُمۡ فَٱسۡتَجَبۡتُمۡ لِيۖ فَلَا تَلُومُونِي وَلُومُوٓاْ أَنفُسَكُمۖ مَّآ أَنَا۠ بِمُصۡرِخِكُمۡ وَمَآ أَنتُم بِمُصۡرِخِيَّ إِنِّي كَفَرۡتُ بِمَآ أَشۡرَكۡتُمُونِ مِن قَبۡلُۗ إِنَّ ٱلظَّٰلِمِينَ لَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ ﴾
[إبراهِيم: 22]

Na Shetani izovuga mugihe hazocibwa urubanza hanyuma ivuge iti:- Imana yarabemereye indagano y’ukuri, nanje narayibemereye mugabo sinazishize mungiro izo ndagano, kandi sinari mfise ubushobozi kuri mwebwe atari uko nabahamagaye gusa namwe muranyitaba, rero ntimunteko umwikomo ahubwo nimwiteko uwo mwikomo mwebwe nyene, kuko jewe ntaco mfise cukubafasha namwe ntaco mufise muzomfasha mwo, mu vy’ukuri jewe naranse yuko mwebwe mwongereranya n’ikindi kintu kuva kera, mu vy’ukuri abahemukiye imitima yabo bazoba bafise ibihano bibabaza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقال الشيطان لما قضي الأمر إن الله وعدكم وعد الحق ووعدتكم فأخلفتكم, باللغة الكيروندية

﴿وقال الشيطان لما قضي الأمر إن الله وعدكم وعد الحق ووعدتكم فأخلفتكم﴾ [إبراهِيم: 22]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek