×

Uwo Imana yarongoye uwo niwe yarongotse, kandi ireka umuntu akazimira, rero wewe 17:97 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Isra’ ⮕ (17:97) ayat 97 in Rundi

17:97 Surah Al-Isra’ ayat 97 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Isra’ ayat 97 - الإسرَاء - Page - Juz 15

﴿وَمَن يَهۡدِ ٱللَّهُ فَهُوَ ٱلۡمُهۡتَدِۖ وَمَن يُضۡلِلۡ فَلَن تَجِدَ لَهُمۡ أَوۡلِيَآءَ مِن دُونِهِۦۖ وَنَحۡشُرُهُمۡ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ عَلَىٰ وُجُوهِهِمۡ عُمۡيٗا وَبُكۡمٗا وَصُمّٗاۖ مَّأۡوَىٰهُمۡ جَهَنَّمُۖ كُلَّمَا خَبَتۡ زِدۡنَٰهُمۡ سَعِيرٗا ﴾
[الإسرَاء: 97]

Uwo Imana yarongoye uwo niwe yarongotse, kandi ireka umuntu akazimira, rero wewe ntuzoba ronsa ababakingira batari Imana yonyene gusa, kandi tuzo begeranya k’umusi w’imperuka mugihe bazoba bakwegwa hejuru y’amaso yabo, nabo ari impumyi n’ibiragi hamwe n’abatumva, hanyuma ubwicaro bwabo n’ubwo mumuriro udahera witiriwe Jahannamu naho usinziriye gatoyi duzoca tubongereza ibindi bihano

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ومن يهد الله فهو المهتد ومن يضلل فلن تجد لهم أولياء من, باللغة الكيروندية

﴿ومن يهد الله فهو المهتد ومن يضلل فلن تجد لهم أولياء من﴾ [الإسرَاء: 97]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek