×

Nayo uruhome rwari urw’abana babiri b’impfuvyi bo muri ico gisagara, no munsi 18:82 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Kahf ⮕ (18:82) ayat 82 in Rundi

18:82 Surah Al-Kahf ayat 82 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Kahf ayat 82 - الكَهف - Page - Juz 16

﴿وَأَمَّا ٱلۡجِدَارُ فَكَانَ لِغُلَٰمَيۡنِ يَتِيمَيۡنِ فِي ٱلۡمَدِينَةِ وَكَانَ تَحۡتَهُۥ كَنزٞ لَّهُمَا وَكَانَ أَبُوهُمَا صَٰلِحٗا فَأَرَادَ رَبُّكَ أَن يَبۡلُغَآ أَشُدَّهُمَا وَيَسۡتَخۡرِجَا كَنزَهُمَا رَحۡمَةٗ مِّن رَّبِّكَۚ وَمَا فَعَلۡتُهُۥ عَنۡ أَمۡرِيۚ ذَٰلِكَ تَأۡوِيلُ مَا لَمۡ تَسۡطِع عَّلَيۡهِ صَبۡرٗا ﴾
[الكَهف: 82]

Nayo uruhome rwari urw’abana babiri b’impfuvyi bo muri ico gisagara, no munsi y’urwo ruhome hakaba hari ububiko bwabo, n’Umuvyeyi wabo yari mubagira ineza, kuri ivyo rero Umuremyi wawe yashatse yuko boshika mubigero vy’abo hanyuma bashobore kwikurira ubwo bubiko bwabo, uwo n’umuhezagiro uvuye ku Muremyi wawe, nanje sinagize ibi vyose kw’itegeko ryanje, uku niko kuri kw’ivyo utashoboye kwihanganirako

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وأما الجدار فكان لغلامين يتيمين في المدينة وكان تحته كنـز لهما وكان, باللغة الكيروندية

﴿وأما الجدار فكان لغلامين يتيمين في المدينة وكان تحته كنـز لهما وكان﴾ [الكَهف: 82]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek