×

N’Abayahudi bama bavuga bati:- Abakirisu ntaco bafise namba, n’Abakirisu nabo bakavuga bati:- 2:113 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:113) ayat 113 in Rundi

2:113 Surah Al-Baqarah ayat 113 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 113 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَقَالَتِ ٱلۡيَهُودُ لَيۡسَتِ ٱلنَّصَٰرَىٰ عَلَىٰ شَيۡءٖ وَقَالَتِ ٱلنَّصَٰرَىٰ لَيۡسَتِ ٱلۡيَهُودُ عَلَىٰ شَيۡءٖ وَهُمۡ يَتۡلُونَ ٱلۡكِتَٰبَۗ كَذَٰلِكَ قَالَ ٱلَّذِينَ لَا يَعۡلَمُونَ مِثۡلَ قَوۡلِهِمۡۚ فَٱللَّهُ يَحۡكُمُ بَيۡنَهُمۡ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ فِيمَا كَانُواْ فِيهِ يَخۡتَلِفُونَ ﴾
[البَقَرَة: 113]

N’Abayahudi bama bavuga bati:- Abakirisu ntaco bafise namba, n’Abakirisu nabo bakavuga bati:- Abayahudi ntaco bafise namba, mugihe bose basoma igitabu c’Imana y’ukuri, uku rero niko bamwe ataco bazi bavuga, ni nk’akarorero k’imvugo yabo, rero Imana izobacira urubanza ruzoba hagati yabo k’umusi w’imperuka kuvyo bamye batumvikana ko

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقالت اليهود ليست النصارى على شيء وقالت النصارى ليست اليهود على شيء, باللغة الكيروندية

﴿وقالت اليهود ليست النصارى على شيء وقالت النصارى ليست اليهود على شيء﴾ [البَقَرَة: 113]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek